Tanzania: kuki leta yari yarabujije ahatambirwa 'Singeli'?

Insiguro ya video, Yisangije umudundo unyaruka cane, uvanze imidundo kama, na mishasha.
Tanzania: kuki leta yari yarabujije ahatambirwa 'Singeli'?
Yatangajwe

‘Singeli’ ni umudiho watanguriye mu bakene b’i Dar-es-Salaam, ‘quartier’ ya Uswahilini.

Yisangije umudundo unyaruka cane, uvanze imidundo kama, na mishasha.

‘Singeli’ yasa n’iyanigiwe mu menshi kuko leta yavuga ko “intambo zayo, harimwo na ‘churo’, zahimiriza ubushirasoni.”

Yisangije umudundo unyaruka cane, uvanze imidundo kama, na mishasha.
Insiguro y'isanamu, Yisangije umudundo unyaruka cane, uvanze imidundo kama, na mishasha.