Raba inkuru y’uyu murundikazi yorora ibitungwa, akaba umuyangayanga, akotsa inyama, agahuza n'abantu
- Umwanditsi, Alain Majesté Barenga
- Igikorwa, Umunyamakuru mu Bubirigi
- Yatangajwe
- Igihe co gusoma: iminota 1
Merida Nyabenda ni umurundikazi w’imyaka 61 aba mu Bubirigi kuva mu 1987, yabanje kuba umukarani (secrétaire) mu bitaro bikomeye mu Bubirigi, nyuma atangura umwuga watumye akora ibyo akunda gusumvya ibindi: guhuza abantu.










