Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Video: Pasteur Denise Nkurunziza aravuga ku rupfu rwa Prezida Pierre Nkurunziza
Video: Pasteur Denise Nkurunziza aravuga ku rupfu rwa Prezida Pierre Nkurunziza
Yatangajwe
Pasteur Denise Nkurunziza arayaga ku buzima nyuma y'urupfu rwa Prezida Pierre Nkurunziza.
Ku nshuro yambere uyu yahoze ari umutambukanyi w'umukuru w'igihugu, yayagiye BBC uko vyamugendeye amaze kumenya urupfu rwa Prezida Nkurunziza.
Yanayaze ku buzima nyuma yaho, mu gihe asanzwe ari umu Pasteur hamwe n'umugiraneza.