'Nacitse kw'icumu ry'ivyaha vyo mu ntambara' - Christina Assi, umunyamakuru wo muri Libani
Yatangajwe
Igihe co gusoma: iminota 1
Umunyamakuru wa AFP ajejwe gufata amafoto, Christina Assi, yacitse ukuguru kw'i buryo inyuma yo kuraswa hamwe n'abandi banyamakuru mu bumanuko bwa Libani, barimwo uwa Reuters Issam Abdallah, we yaciye ahasiga ubuzima.
Assi yarugurutse aravuga ivyamubayeko kandi yiteguye kuja imbere mu gukomeza umwuga wiwe wo gutangaza amakuru biciye mu gufata amafoto.







