Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Inzara iri mw’isi ibangamiye cane cane abana
Inzara iri mw’isi ibangamiye cane cane abana
Yatangajwe
Bangladesh ni kimwe mu bihugu vyariko biratera imbere, imbere ya Covid n’ingwano yo muri Ukraine.
Ubu hadutse ivyo ihinduka ry’ikirere, ubukene ntibusiga inyuma inzara, n’ingwara.
Nk’iyi miryango iri mu mananiza y’ubuzima.