Inzara iri mw’isi ibangamiye cane cane abana

Insiguro ya video, Ubu hadutse ivyo ihinduka ry’ikirere, ubukene ntibusiga inyuma inzara, n’ingwara.
Inzara iri mw’isi ibangamiye cane cane abana
Yatangajwe

Bangladesh ni kimwe mu bihugu vyariko biratera imbere, imbere ya Covid n’ingwano yo muri Ukraine.

Ubu hadutse ivyo ihinduka ry’ikirere, ubukene ntibusiga inyuma inzara, n’ingwara.

Nk’iyi miryango iri mu mananiza y’ubuzima.

Ubu hadutse ivyo ihinduka ry’ikirere, ubukene ntibusiga inyuma inzara, n’ingwara.
Insiguro y'isanamu, Ubu hadutse ivyo ihinduka ry’ikirere, ubukene ntibusiga inyuma inzara, n’ingwara.