Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
“Barankuyemwo ihaha rimwe, bansangana na ‘cancer’”
“Barankuyemwo ihaha rimwe, bansangana na ‘cancer’”
Yatangajwe
Bosnia ni igihugu kigizwe n’abantu imiliyoni 3.
Ariko 3 000 bapfa k’umwaka, kubera ikirere cononekaye.
Abafise ingwara zivuye ku vyuka bibi, barimuka, bahunga, umwe umwe.
Ni nk’uyu Izet Barsevic aba i Bukinje, asigaye agendana ubumuga, yanihebuye.