“Barankuyemwo ihaha rimwe, bansangana na ‘cancer’”

Insiguro ya video, Izet Barsevic aba i Bukinje 'yishwe' n'ihumana ry'ikirere.
“Barankuyemwo ihaha rimwe, bansangana na ‘cancer’”
Yatangajwe

Bosnia ni igihugu kigizwe n’abantu imiliyoni 3.

Ariko 3 000 bapfa k’umwaka, kubera ikirere cononekaye.

Abafise ingwara zivuye ku vyuka bibi, barimuka, bahunga, umwe umwe.

Ni nk’uyu Izet Barsevic aba i Bukinje, asigaye agendana ubumuga, yanihebuye.

Bosnia, Izet Barsevic aba i Bukinje 'yishwe' n'ihumana ry'ikirere
Insiguro y'isanamu, Izet Barsevic aba i Bukinje 'yishwe' n'ihumana ry'ikirere