Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Yemen - itohoza: Abacangero b’abany’ Amerika batumwe na nde? Kuki?
Yemen - itohoza: Abacangero b’abany’ Amerika batumwe na nde? Kuki?
Yatangajwe
Mw’itohoza rya BBC Eye ryubuye ko hari abacangero batumwe kugwana muri Yemen.
Abraham Golan yatanguje umugwi w’abacangero ‘Spear operations Group’ ntaco yishuye BBC
ku bimuvugwako muri iyi nkuru.
UAE [igihugu c’ubumwe bw’ibihugu vy’Abarabu] mu barabu] mu rwandiko yasohoye ivuga ko ivyo vyagiriji biri muri iyi nkuru ari ibinyoma.