Yemen - itohoza: Abacangero b’abany’ Amerika batumwe na nde? Kuki?

Insiguro ya video, Mw’itohoza rya BBC Eye ryubuye ko hari abacangero batumwe kugwana muri Yemen.
Yemen - itohoza: Abacangero b’abany’ Amerika batumwe na nde? Kuki?
Yatangajwe

Mw’itohoza rya BBC Eye ryubuye ko hari abacangero batumwe kugwana muri Yemen.

Abraham Golan yatanguje umugwi w’abacangero ‘Spear operations Group’ ntaco yishuye BBC

ku bimuvugwako muri iyi nkuru.

UAE [igihugu c’ubumwe bw’ibihugu vy’Abarabu] mu barabu] mu rwandiko yasohoye ivuga ko ivyo vyagiriji biri muri iyi nkuru ari ibinyoma.

Mw’itohoza rya BBC Eye ryubuye ko hari abacangero batumwe kugwana muri Yemen.
Insiguro y'isanamu, Mw’itohoza rya BBC Eye ryubuye ko hari abacangero batumwe kugwana muri Yemen.