Uko abana bagize isanganya bakononekara k’umutwe baterwa imishatsi

Uko abana bagize isanganya bakononekara k’umutwe baterwa imishatsi
Yatangajwe

“Uko nabonye umwana aryohewe, vyatumye ndira”

Bivugwa na nyina wa Lorenzo, umwana wiwe aryohewe no kubona bamuteye imishatsi.

Lorenzo wo muri Brazil yari yahiye afise amezi 3.

Ni umugambi umaze gusubiza akamwemwe abana 23 muri Brazil, mu kubaha imishatsi y’imiterano.