Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Gaza : “umukate umwe nowugaburira gute abantu 30?”
Gaza : “umukate umwe nowugaburira gute abantu 30?”
Yatangajwe
Abacumba imikate bagisigaye muri Gaza, niko gakiza k’abanyagihugu bakiriho, muri Gaza.
Umukate niyo mfunguro yoroshe, ku banyagihugu baguma baraturatura.
PAM isigura ko, naho hoboneka izindi mfungurwa, atako abantu boziteka.
Insiguro ni uko ata bitoro bikiriho, kandi 1 ku nzu 2 z’I Gaza zabomowe.