Gaza : “umukate umwe nowugaburira gute abantu 30?”

Insiguro ya video, PAM isigura ko, naho hoboneka izindi mfungurwa, atako abantu boziteka.
Gaza : “umukate umwe nowugaburira gute abantu 30?”
Yatangajwe

Abacumba imikate bagisigaye muri Gaza, niko gakiza k’abanyagihugu bakiriho, muri Gaza.

Umukate niyo mfunguro yoroshe, ku banyagihugu baguma baraturatura.

PAM isigura ko, naho hoboneka izindi mfungurwa, atako abantu boziteka.

Insiguro ni uko ata bitoro bikiriho, kandi 1 ku nzu 2 z’I Gaza zabomowe.

PAM isigura ko, naho hoboneka izindi mfungurwa, atako abantu boziteka.

Ahavuye isanamu, Getty Images

Insiguro y'isanamu, PAM isigura ko, naho hoboneka izindi mfungurwa, atako abantu boziteka.