Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Israel – Gaza: Israel yarafashe ingingo zo gukinga ihonyabwoko?
Israel – Gaza: Israel yarafashe ingingo zo gukinga ihonyabwoko?
Yatangajwe
“Ivyabaye italiki 7/10/2023 vyabaye akaryo ka Israel ko kwica.” Bivugwa n’umukuru wa Hamas hanze ya Gaza.
Hamas si leta, gutyo rero nt'ishobora kurengutswa muri ICJ.
“Hamas yinyegeza inyuma y'aba 'civiles', nta nkeka ko bamwe mu ba 'civiles' bibabaje uko bamererwa nabi.” [umunyamategeko wa Israel].
Uretse ababandanya gupfa, icuka kibi mu karere, ubwoba ni bwinshi cane mu barokoka i Gaza.