Israel – Gaza: Israel yarafashe ingingo zo gukinga ihonyabwoko?

Insiguro ya video, Imvugo ziteye ubwoba ku mpande zose ziteye ubwoba ababa muri Gaza.
Israel – Gaza: Israel yarafashe ingingo zo gukinga ihonyabwoko?
Yatangajwe

“Ivyabaye italiki 7/10/2023 vyabaye akaryo ka Israel ko kwica.” Bivugwa n’umukuru wa Hamas hanze ya Gaza.

Hamas si leta, gutyo rero nt'ishobora kurengutswa muri ICJ.

“Hamas yinyegeza inyuma y'aba 'civiles', nta nkeka ko bamwe mu ba 'civiles' bibabaje uko bamererwa nabi.” [umunyamategeko wa Israel].

Uretse ababandanya gupfa, icuka kibi mu karere, ubwoba ni bwinshi cane mu barokoka i Gaza.

Imvugo ziteye ubwoba ku mpande zose ziteye ubwoba ababa muri Gaza.

Ahavuye isanamu, Getty Images

Insiguro y'isanamu, Imvugo ziteye ubwoba ku mpande zose ziteye ubwoba ababa muri Gaza.