Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
USA: bwa bwato bwagonga ikiraro amahero, bwungurujwe
USA: bwa bwato bwagonga ikiraro amahero, bwungurujwe
Yatangajwe
Hari haheze hafi amezi abiri ubwato Dali bugonze ikiraro rurangiranwa “Francis Scott Key” c’i Baltimore, muri Amerika.
Ikiraro caracitsemwo kubiri, ubwato burononekara, n’abantu 6 barahasiga ubuzima.
Bivugwa ko bizotwara amamiliyari y’ama dolari ngo ico kiraro gisanurwe.