Ko ukoresha facebook n'imihora bicuditse, mu myaka 20 imaze, ibi war'ubizi?

Ko ukoresha facebook n'imihora bicuditse, mu myaka 20 imaze, ibi war'ubizi?
Yatangajwe

Ushobora kuba uri mu bantu imiliyari 2 ukoresheje Facebook uyu munsi.

Ikizwi co, ni uko “uri” mu bantu imiliyaridi 3 ukoresheje umwe mu mihora nka Instagram, Oculus canke whatsapp za Meta / facebook.

War’uzi ko ushobora kuba warafashije gutanga ihadabu y’ibihano kubera gushigikira nk’ibibi bimaze guca kuri uno muhora, iruhande y’ivyiza?

Ariko, war’uzi uko facebook yagiye irahindura vyinshi mw’isi?