Ko ukoresha facebook n'imihora bicuditse, mu myaka 20 imaze, ibi war'ubizi?

Insiguro ya video, Ariko, war’uzi uko facebook yagiye irahindura vyinshi mw’isi?
Ko ukoresha facebook n'imihora bicuditse, mu myaka 20 imaze, ibi war'ubizi?
Yatangajwe

Ushobora kuba uri mu bantu imiliyari 2 ukoresheje Facebook uyu munsi.

Ikizwi co, ni uko “uri” mu bantu imiliyaridi 3 ukoresheje umwe mu mihora nka Instagram, Oculus canke whatsapp za Meta / facebook.

War’uzi ko ushobora kuba warafashije gutanga ihadabu y’ibihano kubera gushigikira nk’ibibi bimaze guca kuri uno muhora, iruhande y’ivyiza?

Ariko, war’uzi uko facebook yagiye irahindura vyinshi mw’isi?

Ariko, war’uzi uko facebook yagiye irahindura vyinshi mw’isi?

Ahavuye isanamu, Getty Images

Insiguro y'isanamu, Ariko, war’uzi uko facebook yagiye irahindura vyinshi mw’isi?