Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Imvo n’imvano ku gitabo ca Josée Kana Bizimana avugamwo ubuzima bwiwe nk‘impunzi
Yatangajwe
Mu kiganiro c’uno musi, Robert Patrick Misigaro ari kumwe n’umutumire w’umwanditsi, umugiraneza yikorera utwiwe, Josée Kana Bizimana, umurundikazi aba mu Bwongereza.
Aheruka gusohora igitabo, The Survivor Champion (umuhizi mu kwirwanako mu buzima), avugamwo ubuzima yaciyemwo budasanzwe. Kivuga ubuzima bwiwe nk’impunzi kuva mu Rwanda, agaca muri Congo, Tanzania, akabandanya gushika muri Zambia hanyuma muri Afrika y’Epfo, gushika agere i Bulaya.
Ja ng'aho hasi wumvirize