Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Abasirikare bagendana ubumuga : kubona abameze nkanje birandemesha
Abasirikare bagendana ubumuga : kubona abameze nkanje birandemesha
Yatangajwe
Dean Onwuchekwa ni kaporale mu gisirikare ca Nigeria, yamugariye m’umutego wa Boko Haram.
Uretse ko yacitse amaboko yose, inkovu zuzuye no mu maso.
Yabwiye BBC uko yize kubaho gushasha, ubu ari mu nkino mpuzamakungu.
Yemera ko intege aziterwa no gutuma abandi bamwigirako vyinshi.