Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Israel-Gaza: Ezekiel Kitiku yarokotse igitero ca Hamas, aribuka!
Israel-Gaza: Ezekiel Kitiku yarokotse igitero ca Hamas, aribuka!
Yatangajwe
Italiki 7/10, abarwanyi ba Hamas barinjiriye k'umupaka wa Israel, k'uruhande rwa Gaza.
Aba Hamas bishe abantu 1 900, bananyuruza 251 harimwo na Clemence Mtenga, umu nye Tanzania yari yagiye mu vyigwa muri Israel.
Clemence yarahambwe iwabo muri Tanzania, ariko uwo bari bajanye, Ezekiel Kitiku, co kimwe n’abavyeyi b’umuhisi, baramwibuka.
Joshua Mollet ni uwundi musore w’umu nye Tanzania, we atawunzi iyambu yiwe.