Israel-Gaza: Ezekiel Kitiku yarokotse igitero ca Hamas, aribuka!

Insiguro ya video, Ezekiel Kitiku yarokotse Hamas, yaburiye bagenzi babiri, nabo b'aba nye Tanzania.
Israel-Gaza: Ezekiel Kitiku yarokotse igitero ca Hamas, aribuka!
Yatangajwe

Italiki 7/10, abarwanyi ba Hamas barinjiriye k'umupaka wa Israel, k'uruhande rwa Gaza.

Aba Hamas bishe abantu 1 900, bananyuruza 251 harimwo na Clemence Mtenga, umu nye Tanzania yari yagiye mu vyigwa muri Israel.

Clemence yarahambwe iwabo muri Tanzania, ariko uwo bari bajanye, Ezekiel Kitiku, co kimwe n’abavyeyi b’umuhisi, baramwibuka.

Joshua Mollet ni uwundi musore w’umu nye Tanzania, we atawunzi iyambu yiwe.

Ezekiel Kitiku yarokotse igitero ca Hamas, yaburiye bagenzi babiri, nabo b'aba nye Tanzania, bose bari mu vyigwa muri Israel.
Insiguro y'isanamu, Ezekiel Kitiku yarokotse igitero ca Hamas, yaburiye bagenzi babiri, nabo b'aba nye Tanzania.