Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Umugore yitanze, agaragaza ivyaha vya ba rurangiranwa muri K-pop
Umugore yitanze, agaragaza ivyaha vya ba rurangiranwa muri K-pop
Yatangajwe
Amahera, ubutegetsi, igitsina…bimaze imyaka bikwega amabi, kenshi m’uburyo buhinyitse.
Akanya isase, ikimenyetso canke icagiriji kimwe gikwega vyinshi, nk’ibi vyashikiye umugwi w’abaririmvyi rurangiranwa K-Pop wo muri Korea y’epfo.
Itohoza rya BBC Eye risigura amabi yagirizwa Jung, Choi na Seungri bo m’umugwi K-pop