Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Israel – Palestina : Urabe, utahure imizi mikuru y’izi ntambara
Israel – Palestina : Urabe, utahure imizi mikuru y’izi ntambara
Yatangajwe
Yaba Israel, yaba Palestina, hose hatwarwa n’abatoroshe kwicarana ngo baronderere amahoro hamwe.
Intambara zarese ubu, zadutse igihe umuhari Hamas watera ukica aba nye Israel.
Ariko imvo nkuru zifise imizi kure.
Ni politike, ni amadini, ni amatati atigeze atorerwa umuti, n’ibindi.
Mu bihugu rutura, hagaragara abashigikiye bamwe n’abandi.
Ariko, izi ntambara z’ubu zo, zije zisenyura n’icizere cariho zo gushinga Palestina, nk’igihugu cigenga.