Israel – Palestina : Urabe, utahure imizi mikuru y’izi ntambara

Insiguro ya video, Israel - Palestina : ni politike, ni amadini, ni amatati atigeze atorerwa inyishu, ...
Israel – Palestina : Urabe, utahure imizi mikuru y’izi ntambara
Yatangajwe

Yaba Israel, yaba Palestina, hose hatwarwa n’abatoroshe kwicarana ngo baronderere amahoro hamwe.

Intambara zarese ubu, zadutse igihe umuhari Hamas watera ukica aba nye Israel.

Ariko imvo nkuru zifise imizi kure.

Ni politike, ni amadini, ni amatati atigeze atorerwa umuti, n’ibindi.

Mu bihugu rutura, hagaragara abashigikiye bamwe n’abandi.

Ariko, izi ntambara z’ubu zo, zije zisenyura n’icizere cariho zo gushinga Palestina, nk’igihugu cigenga.

Israel - Palestina : ni politike, ni amadini, ni amatati atigeze atorerwa inyishu, ...
Insiguro y'isanamu, Israel - Palestina : ni politike, ni amadini, ni amatati atigeze atorerwa inyishu, ...