Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Ubushinwa bufise iyihe ntumbero ya gisirikare muri Afrika?
Kuva mu ntango z'iyi ndwi Ubushinwa bwakoranije abategetsi baturuka mu bihugu 50 vyo ku mugabane wa Afrika bagera kw'ijana bo mu gista co kwivuna abansi barimwo abashikiranganji icumi na batanu.
Intumbero y'iyo nama y'indwi yose, n'ukwigira hamwe inzira nshasha z'imigenderanire hagati ya Afrika n'Ubushinwa muri bino bihe bishasha nk'uko urubuga rw'igisirikare c'Ubushinwa rubitangaza.
Ariko none ico Ubushinwa bugamije vy'ukuri coba ari igiki? Iyi ni insiguro y'umwigisha wa Kaminuza, Gerard Birantamije, umuhinga mu bibazo vy'umutekano.