Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Imfashanyo y'Ubushinwa, abategetsi ba Afrika ntibarayitahura? Umviriza umwihwezo wa Pr. Julien NIMUBONA (umuhinga mu vya politike)
Yatangajwe
Dr Julien NIMUBONA (umuhinga mu vya politike) ati nta buzi, nta vyinjiza amahera y'agaciro Ubushinwa buha Afrika, kandi ibi bihugu si vyinsi bifise isaganirizo (Umviriza).