BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
BBC Gahuza ubu turi no kuri YouTube
Yisure urebe amakuru n’ibiganiro byacu
Inkuru iri kw'isonga
Sergeant Robert yahoze mu ngabo z'u Rwanda yiciwe muri Uganda – Umugore wiwe
Sergeant Robert yari asigaye azwi cane mu biganiro yacisha kuri shene yiwe yo kuri YouTube, aho yanegura cane ubutegetsi bw'Urwanda.
Amerika niyarekura ibombe, ingabo zabo mu karere zizokwicwa – Umushikiranganji mushasha wa Iran ajejwe kwivuna abansi
Mehrdad Akhlaqi avuga ko biteguriye guhangana no gukingira Iran hamwe Amerika yokoresha ikibombe gikomeye cane kizwi nka “nyina w’amabombe yose” (Mother of All Bombs).
Ubufaransa: Intureka, ugusahura hamwe n'iturirwa ry'inyubakwa, mu gihe abarenga 1200 bafashwe inyuma y'imyiyerekano
Umudugararo waradutse mu bisagara bitandukanye vyo mu gihugu cose, ku musi abantu barenga ibihumbi 500 bitavye imyiyerekano yo kwiyamiriza ubuzima buzimvye.
Imyaka 19 irarumanye kuva Lucky Dube agandaguwe
Bamwe n'abandi babona ko iragi Lucky Dube yasize rirenga na kure imbibe zijanye no kuvuza umuziki canke kuririmba.
Macky Sall yahoze arongoye Sénégal yasokoye mw'ihiganwa ryo kurondera ubunyamabanga bwa ONU
Perezida w'Uburundi Evariste Ndayishimiye, asanzwe arongoye ishirahamwe ry'Ubumwe bwa Afrika (UA) muri kino gihe, ni we yari yatanze izina rya Macky Sall muri ONU.
Burundi – Rwanda: Imigenderanire y'ubucuruzi yoba yarabandanije n'ubwo imbibe zugaye?
Ikigo c'igihugu kijejwe kwegeranya ibiharuro mu Rwanda (NISR) giherutse gushira ahabona ibiharuro vyerekana ko mu Burundi habandanya kwinjira ibicuruzwa biva canke bihingurirwa mu Rwanda.
Kenya: Abandi bantu bane batowe Ebola, bituma abamaze kuyandura baba indwi
Iki gihugu nticari bwigere gitorwamwo Ebola gushika kw'igenekerezo rya 6 Gitugutu (10), igihe hatorwa umuntu wa mbere yayanduye.
Ubufaransa: Abaharurwa muri mirongo bafashwe n'igipolisi mu gihe hatanguye imyiyerekano mu gihugu cose
Iyi myiyerekano mishasha ibaye inyuma y'amayinga abanyeshure baguma bihereza amabarabara, basaba ko ivyigwa n'uburyo bwo kwigisha bitunganywa neza bigahabwa akanovera kuruta.
Kinshasa yabujije abakozi bo mu biro vy'umukuru w'igihugu kuvugana na Ambassade y'Ububirigi
Iyo ngingo yasohotse inyuma y'umusi umwe habaye ibikorwa vyo gusaka mu mihana y'abo mu muryango wa Perezida Tshisekedi, vyakozwe na parake mu Bubirigi.
Papa yagiye ku mugaragaro ku ncuro ya mbere kuva abazwe cancer
Papa yamenyekanye ko arwaye cancer yo mu mahaha inyuma yo kubagwa ku wa kabiri, mu bitaro vya Gemelli i Roma.
Amajwi, Imvo n'imvano: Ivyananiye Prezida Kabila mu myaka 18 agiye kubishobora ari muri FRN?, Umwanya bimara 59,00
Prezida Joseph Kabila yashinze urunani FRN rufise intumbero yo gukura ku butegetsi prezida Felix Tshisekedi hakoreshejwe inguvu na politike.
Ayavugwa mu mupira w'amaguru: Bellingham yemeye amasezerano mashasha na Real Madrid
Irabire amazina ya bamwe mu bakinyi baza kw’isonga mu bashobora kugurwa canke kugurishwa, n’ingene imirwi iriko irabakurikirana.
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
RD Congo: Kuba Kabila yatangajwe nk'umukuru w'umuhari witwaje ibirwanisho bisobanuye iki?
Bisa nk'aho ata wari yiteze kubona canke kwumva Joseph Kabila, yarongoye RDC mu kiringo c'imyaka 18, ari kw'isonga ry'umuhari witwaje ibirwanisho.
Sahwanya – FRODEBU y''Incungu ya Demokarasi' ivuga ko nta mukandida izatanga mu matora ya perezida yo mu 2027
FRODEBU ivuga ko hari "amahinyu menshi" mu myiteguro y'ayo matora ariko CENI yibaza impamvu iryo shyaka rinenga amatora ataranaba.
Rwanda: Ibicuruzwa byahiriye mu isoko rya GOICO bifite agaciro ka miliyari 30 FRW – Guverineri
Guverineri Maurice Mugabowagahunde yavuze ko nubwo hari ibyangiritse, yishimira ko nta muntu wapfiriye muri iyo nkongi no kuba igice cyo hasi cy'iryo soko kitarahiye.
Kabila avuga ko RD Congo 'iri mu kaga', asezerana gutanga ivyiyumviro vyo 'kuyikiza'
Yashimangiye ko gukiza Congo arivyo vyihutirwa, ahamagarira abanyagihugu gufata kazoza kabo mu minwe.
Umuganga yagirizwa ivyaha bijanye na jenoside yabaye mu Rwanda mu 1994 agiye kuburanishwa mu Bwongereza
Dr Vincent Brown yagirizwa kuba yari "umuyobozi" canke "uwagenzura" ibikorwa vy'ubukazi vyakozwe n'abandi mu misi ya mbere ya jenoside.
Rwanda: "Betting yantwaye moto ebyiri n'ikibanza" – Karangwa Vedaste
Imikino y'amahirwe, izwi cyane nka betting, imaze gukwirakwira hirya no hino mu Rwanda. Abayitabira bashobora gutega amafaranga ku mikino y'umupira w'amaguru bakoresheje telefone cyangwa bakajya mu bigo byabigenewe
Navi Pillay wayoboye urukiko mpuzamahanga rw'Arusha yatsindiye igihembo cy'amahoro cyitiriwe Nobel
Yavuze ko igihembo cye agituye "abarokotse bose icyaha mpuzamahanga" ndetse n'"abakora n'abarinda" ubutabera mpuzamahanga.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Ibiganiro bya radiyo
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango












































