Palestina : Urwaruka rushaka guhindura intwaro?
Palestina : Urwaruka rushaka guhindura intwaro?
Yatangajwe
“Abakiri bato muri Palestina ubu bageze mu vyo kwiyahura.
Bumva ari vyo bibaha amahoro”.
Ni bimwe mu bivugwa n’urwaruka rutari rruke rwa Palestina.
Hari n’umurwi w’abagwanyi umuze kuvuka, uherekeza abo bavuga ko batwarwa n’abo igihugu kitahaye uburongozi.
Ivyo vyose, ni mu matati amaze imyaka hagati ya Palestina na Israel.




