Abari mu nyiyerekano basanganguye ibikorwa vy’ubugenegene

Insiguro ya video, Abakozi ba Lower House, bariko barasanura ivyononye mu myiyerekano.
Abari mu nyiyerekano basanganguye ibikorwa vy’ubugenegene
Yatangajwe

Muribuka abari bashigikiye uwahoze ari umukuru w’igihugu ca Brezil, Jair Bolsanaro, bari mu myiyerekano, barasambaguye inyubako za Leta.

Abakozi bo mu kigo ndangakaranga ca Lower House, bariko barakora ibishoboka vyose kugira basanure ibikorwa vy’utugenegene vyononywe n’abo bari mu myiyerekano bashaka gukura umukuru w’igihugu mushasha, Luiz Inacio Lula da Silva.

Bresil: Umuhinga ariko arasanura igishushanyo
Insiguro y'isanamu, Umuhinga ariko arasanura igishushanyo