Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Zambia: “Ngwana ngo akazi kanje ntigakwame”
Zambia: “Ngwana ngo akazi kanje ntigakwame”
Yatangajwe
Zambia ni kimwe mu bihugu vya Africa, abanyagihugu babangamiwe n’ikeha ry’umuyagankuba.
Umwumira wateye watumye amazia tanga umuyagankuba agabanuka.
“Nk’ukwa kabiri, kwaheze ata mvura tubonye”.
Bivugwa n’umuyobozi w’ikigo ca leta gikwiragiza amazi mu gihugu ZESCO, asigura ingamba ziriko zirigigwa iyo ngorane.
Abikorera, nk’umubaji Sarah Bweupe, bīkora k’umuyagankuba uva ku mishwarara y’izuba, naho udakwira.