Ubwato bwatwaweko abasaba ubuhungiro…”ni nk’agasho”
Ubwato bwatwaweko abasaba ubuhungiro…”ni nk’agasho”
Yatangajwe
M’Ubwongereza, ubwato bunini ‘Bibby Stockholm’, nibwo bumaze kwimurirwamwo abashika 15.
“Dukwiriye kwibuka ko ari abantu”.
Vyavuzwe n’indongozi y’izinga Portland, aho buri.
Bamwe mu barwanira agateka bavuze ko iyo ngingo "ata buntu".
Leta yo ivuga ko hateguye neza, ko bizogabanya amahera leta ikoresha.

Ahavuye isanamu, AP



