Ingaruka zo gushigwa kwa Korea y’epfo mu bihe vy’intwaro ya gisirikare?

Insiguro ya video, Kuva Perezida wa Korea y'epfo ashize igihugu mu bihe bidasanzwe, ntihatekanye.
Ingaruka zo gushigwa kwa Korea y’epfo mu bihe vy’intwaro ya gisirikare?
Yatangajwe

Perezida wa Korea y'epfo ashobora gukurwa k’ubutegetsi kubera ingingo yiwe.

“Ndamenyesheje ko Korea y'epfo ishizwe mu bihe vy’intwaro ya gisirikare.”

Perezida Yoon Suk-yeol yabimenyesheje igihugu, mu gihe intwaro yiwe itorohewe n’abayigwanya mu gihugu.

Ico cuka cunyurwa n’umubano mubi igihugu gifitaniye na Korea ya ruguru.

Kuva Perezida wa Korea y'epfo ashize igihugu mu bihe bidasanzwe, ntihatekanye.
Insiguro y'isanamu, Kuva Perezida wa Korea y'epfo ashize igihugu mu bihe bidasanzwe, ntihatekanye.