Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Nadia Murad: "Narokotse abicanyi badasanzwe"
Nadia Murad: "Narokotse abicanyi badasanzwe"
Yatangajwe
Abagwanyi ba ISIS bateye iyo Murad yaba muri Irak, bica benshi m'umuryango wiwe: "Narokotse bamwe mu bicanyi bakomeye."
Ni uko yarokotse mw'ihonyabwoko ry'aba 'Yazidi', Abarabu b'aba 'Kurde'.
Murad yamenyekanye nk'uwurwanya ihohotera rifatiye ku gitsina, nk'ikigwanisho.
Nadia Murad yahawe agashimwe kitiriwe Nobel, ari kumwe na Dr Denis Mukwege wo muri DRC ku bikorwa vyabo.