Botswana: umugore akora ibitamenyerewe mu ruzi Okavango

Botswana: umugore akora ibitamenyerewe mu ruzi Okavango
Yatangajwe

Cindy Mothogaathobogwe ni umugore atwara ubwato bw’igiti, akanatembereza ingenzi muri Botswana.

Yagiye muri ako kazi ko gutwara ingenzi mu bwato no kuzitembereza kugira abere akarorero abandi bagore.

Ni benshi baciyumvira ko hari akazi k’abagabo, n’akazi k’abagore gusa.