Maroc: ku bamenyekanye bapfuye, igihugu kiri m’umwiheburo

Ahavuye isanamu, Getty Images
Maroc: ku bamenyekanye bapfuye, igihugu kiri m’umwiheburo
Yatangajwe
Hafi 3 000 bahitanywe nay a nyamugigima.
Uko buca niko ibitigiri vy’abapfuye bigwira.
Leta nta kinini ishoboye yonyene. Imaze kwemerera ibihugu nka bine gusa, gushikayo gufasha.
Ariko ugufatana mu nda bigabanya amarira ari I Agadir, Marrakesh…muri Maroc, no mu bimukira bakwiriye mw’isi.



