Zimbabwe : igihe amatara yacika mu nama nshingamateka
Zimbabwe : igihe amatara yacika mu nama nshingamateka
Yatangajwe
Hari igihe umushikiranganji ajejwe ikigega ca leta yar’ahejeje gushikiriza
integuro y’amahera igihugu kizokoresha mu 2025.
Na Perezida Emmerson Mnangagwa yari muri iyo ngoro.
Abatavuga rumwe n’intwaro ihari, bavuze ko ari icemezo kigaragaza uko igihugu cifashe.
Ibura ry’umuyagankuba ryunyuwe n’umwumira watumye amazi agabanuka cane m’urugomero rukuru Kariba.




