Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Syria: Kuki imitumba ya Golan yigaruriwe na Israel?
Syria: Kuki imitumba ya Golan yigaruriwe na Israel?
Yatangajwe
Israel yahubatse ibigwati birenga 30, bibamwo abayo barenga 20 000.
Naho nk'ibihugu vy'Abarabu bivuga ko hahonyanzwe amasezerano y'amahoro yo mu 1974, Israel yarashigikiwe na USA mu 2019.
Iyo misozi y'amasôko y'amazi kuri Israel, leta ya Jerusalem yahigaruriye mu ntambara y'iminsi 6, mu 1967.
Naho intwaro ya Syria yahindutse, Israel nt'irota irekura ico gice kidasanzwe mu vyo umutekano.