Punjab: ishule ryigako amahasa 120

Insiguro ya video, Kuri iryo shule ry’i Punjab muri India, hari n’abana 6 b’ubushuri.
Punjab: ishule ryigako amahasa 120
Yatangajwe

“Tukivuka, n’abavyeyi barihenda bakagaburira umwe kabiri uwundi ashonje”.

Ukwo kwijijanya ni nakwo abigisha bamamwo, naho bashira imbere gutandukanya abavukana mw’ishule.

“I muhira baramana, iyo bimeze uko no kw’ishule, abo bana ntibazohinduka kuko nta n’abagenzi bazogira”.

Kuri iryo shule ry’i Punjab muri India, hari n’abana 6 b’ubushuri.

Kuki amahasa ahagwiriye?

Kuri iryo shule ry’i Punjab muri India, hari n’abana 6 b’ubushuri.
Insiguro y'isanamu, Kuri iryo shule ry’i Punjab muri India, hari n’abana 6 b’ubushuri.