Zimbabwe: “turashora ubutare, abanyagihugu barakenye, none amahera aja he?”
Zimbabwe: “turashora ubutare, abanyagihugu barakenye, none amahera aja he?”
Yatangajwe
Mu myaka 2 iheze, amahinguriro y'Ubushinwa yakoresheje ayarenga umuliyari w'ama $ mu gucukura Lithium muri Zimbabwe.
Mw’isi, Canada, Australia n’Ubwongereza vyose vyarashize imitahe mw’icukura ry’ubutare nka Lithium, ariko China niyo iza imbere.
Leta yemera ko ubwo butare bugiye guhindura ubuzima bw'abanyagihugu.