Insiguro ku ‘kayoka’ kakuwe m’ubwonko bw’umugore

Insiguro ya video, Insiguro z'abaganga bamubaze muri Australia.
Insiguro ku ‘kayoka’ kakuwe m’ubwonko bw’umugore
Yatangajwe

Aho muri Australia, abaganga bamubaze, basigura ko bidasanzwe.

Ariko bari biteze ko ibintu nk’ibi vyoshobora gushika, kuva abantu tubana n’ibikoko.

Ako kayoka bamukuye m'ubwonko kareha na 8cm
Insiguro y'isanamu, Ako kayoka bamukuye m'ubwonko kareha na 8cm