Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Thailand: utahure igituma igituma abantu bicapako bidasanzwe
Thailand: utahure igituma igituma abantu bicapako bidasanzwe
Yatangajwe
Muri Thailand bemera ko kwicapa k'umubiri bitanga inkomezi, zikingira amagara, bikanatera imigisha yo gutunga.
Kera kwicapako k'umubiri wose vyari ikizira ku bagore.
We, avuga ko ata kibanza kigisigaye co gucapako, ko umubiri yawujuje.
Raba video ya BBCNewsGahuza