Ishule ry’ijoro ku bana birirwa guca ingero

Insiguro ya video, Aba bana baronse amahirwe yo kwiga bavuye iyo biriwe ku mirimo.
Ishule ry’ijoro ku bana birirwa guca ingero
Yatangajwe

Pakistan ni kimwe mu bihugu abana bakora imirimo bakiri bato, bigatuma basiba ishule, ahanini biva k’ubukene.

Mohammad yashinze ishule rifasha abana nk’abo, aho bigishwa umugoroba w’ijoro.

Akoresha amahera yiwe mu guhemba n’abigisha, nawe nyene akigisha ivyigwa bitandukanye.

Pakistan: aba bana baronse amahirwe yo kwiga bavuye iyo biriwe ku mirimo.
Insiguro y'isanamu, Pakistan: aba bana baronse amahirwe yo kwiga bavuye iyo biriwe ku mirimo.