Donald Trump: amwe mu majambo akomeye yavuze, arahira

Insiguro ya video, Donald Trump: amwe mu majambo akomeyeyavuze, arahira
Donald Trump: amwe mu majambo akomeye yavuze, arahira
Yatangajwe

Naho atavuze atomora uko bigiye gukorwa, Donal Trump yagarutse kw'iterambere ridasanzwe, ubutungane kuri bose, no gukorera USA nk'igihugu cikwije.

Ubutungane: avuga ko bugiye guhinyanyurwa, ntibuzosubire gukoreshwa nk'ikirwanisho ca politike.

Mw'ijambo rikuru ry'abari bitavye irahira ryiwe, hari ivyo yerekanye ko vyamubabaje, azohindura.
Insiguro y'isanamu, Mw'ijambo rikuru ry'abari bitavye irahira ryiwe, hari ivyo yerekanye ko vyamubabaje, azohindura.