Ninde azoriha amahera y’ivyononwa n’ihinduka ry’ikirere?

Insiguro ya video, Bizoharirwako kandi i Dubai hagiye kuba inama mpuzamakungu ku bidukikije COP28.
Ninde azoriha amahera y’ivyononwa n’ihinduka ry’ikirere?
Yatangajwe

Ikigega co gukinga no gushumbusha ivyononwa n’ihinduka ry’ikirere, carashinzwe.

Ariko ibihugu nka China na India, bivuga ko bitarishikana ahakwiye mu vyo kwubaka amahinguriro.

Ariko bizwi ko, co kimwe n’ibihugu rutura vya Bulaya, vyonona ikirere k’urugero rudasanzwe.

Ni mu bizoharirwako kandi i Dubai hagiye kuba inama mpuzamakungu ku bidukikije COP28.

bizoharirwako kandi I Dubai hagiye kuba inama mpuzamakungu ku bidukikije COP28.
Insiguro y'isanamu, Bizoharirwako kandi I Dubai hagiye kuba inama mpuzamakungu ku bidukikije COP28.