Kw’ikinga, inzira igana i Gaza ya Abed igamije iki?
Kw’ikinga, inzira igana i Gaza ya Abed igamije iki?
Yatangajwe
Abed ni umu nye Palestina w’akabira k’Abadagi, yababajwe n’ivyo yabonye igihe c’ibitero vya Hamas yagiye i Gaza kuramutsa umuryango.
Kuva iyo taliki ya 7-10-2023, hishwe aba nye Israel 1 200, n’aba nye Palestina 37 000 – cane cane mu karere ka Gaza-, ivyo ni bimwe yabonye mu ndwi 5 yari ‘yaheze’ i Gaza.
Yarashoboye kuvayo, ubu ari k’urugendo ajabuka ibihugu, ngo asarûze amahera €300 000 yo gufasha ibitaro vy’i Gaza.




