Gofa – Ethiopie: “Nta wudafise nka babiri m’umuryango, bapfuye”

Insiguro ya video, N'imiburiburi 250 baramaze kumenyekana ko bapfuye, i Gofa.
Gofa – Ethiopie: “Nta wudafise nka babiri m’umuryango, bapfuye”
Yatangajwe

Kwimba haronderwa abaguweko n’imisozi I Gofa muri Ethiopia, birabandanya.

Aberenga 250 baramaze kumenyekana ko bahapfiriye.

Uretse kubura ibikoresho, abariko baratabara ntiborohewe kuko n’imvura iguma igwa,

Kandi Gofa ni agace kari kure y’ibisagara.

N'imiburiburi 250 baramaze kumenyekana ko bapfuye, i Gofa.
Insiguro y'isanamu, N'imiburiburi 250 baramaze kumenyekana ko bapfuye, i Gofa.