Israel: uko umuryango wa Swissa watewe na Hamas

Insiguro ya video, “Ntimwicare ngo murabe ibiba gusa. Uno munsi ni Israel, ejo..."
Israel: uko umuryango wa Swissa watewe na Hamas
Yatangajwe

Lia w’imyaka 3, yarabonye uko se yishwe, uko nyina yarashwe, mu gitero ca Hamas.

Lia na mukuru wiwe w’imyaka 6 batabawe n'aba Israel bafise inkoho.

Abwira isi, Eliana Swissa, inakuru avuga ati

“Ntimwicare ngo murabe ibiba gusa.

Uno munsi ni Israel, ejo hashobora kuba ari iwanyu.”

“Ntimwicare ngo murabe ibiba gusa. Uno munsi ni Israel, ejo..."
Insiguro y'isanamu, “Ntimwicare ngo murabe ibiba gusa. Uno munsi ni Israel, ejo..."