“Barahasambuye”: ni aba nye Liban bahunguka
“Barahasambuye”: ni aba nye Liban bahunguka
Yatangajwe
Inyuma y’uko vyemejwe ko intambara zihagarara, ibihumbi vy’aba nye Liban bariko barahunguka.
Kuva ukwa cenda, Israel yaguma ivuga ko ihigana n’abo m’umuhari Hezbollah, muri Liban.
Abahungutse mu gisagara ca Beirut basanze ibice bimwe ari ibihomoka vy’amazu.




