“Sinshobora kuguma muri Algeria”

“Sinshobora kuguma muri Algeria”
Yatangajwe

Muganga Adlan yitegurira guhunga igihugu, avuga ko cumi muri bagenzi biwe bagiye, mu myaka itanu iheze.

Ni umwe mu bandi babwiye BBC uko igihugu kitagira ubwigenge n’icizere.

Abdelmajid Tebboune yari yashitse k’ubutegetsi mu 2019, asubiriye uwatembagajwe n’imyiyerekano “Hirak”.

Muri 16 bari basavye [09/2024] kwitoza mu kibanza ca Perezida, 3 nibo bemerewe, abandi intwaro ivuga ko batari bakwije ivyasabwa.